Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imigambwe itavuga rumwe na Reta irashima kubona haje uwundi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Imigambwe itavuga rumwe na Reta irashima kubona haje uwundi (...)

Imigambwe itavuga rumwe na Reta irashima kubona haje uwundi muhuza

mardi 23 Ruheshi 2015

Imigambwe itavuga rumwe na Reta ivuga ko kubona ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryarungitse uwundi muhuza mu biganiro, ari ikimenyetso c’uko amakungu yose arajwe ishinga n’ibibera mu Burundi.

Rwasa Agathon umukuru w’urunani Amizero y’Abarundi akaba n’umukuru w’umugambwe FNL wigenga, akaba ndetse mu murwi wari wasavye ko umuhuza Saidi Djinnit yotanga imihoho, mu gihe bamwagiriza guhengama co kimwe n’abari mu mashirahamwe ataho yegamiye mu vya poritike atipfuza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Umuhuza mushasha avuka mu gihugu ca Senegal Abdoulaye Bathil, bikavugwa ko aza gutanguza ibiganiro kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 23 Ruheshi, uwu mwaka. Uwo muhuza mushasha mu biganiro bihuza abanyeporitike, amakuru twagiye turakura hirya no hino, akaba yemeza ko atarakirwa n’umutegetsi n’umwe w’igihugu, ndetse n’ivyo biganiro bishobora kutitabwa n’abari muri CNDD FDD n’imigambwe bacuditse.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.