Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Insiguro 7 z’urukundo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Urukundo > Insiguro 7 z’urukundo

Insiguro 7 z’urukundo

lundi 11 Ruhuhuma 2013

Hari ubwoko bwinshi bw’urukundo,ariko abantu benshi ntibazi kubutandukanya kuko bufise insiguro nyinshi. Ngizi zimwe zimwe mu nsiguro zarwo.

1. Urukundo rw’ubusambanyi: Ni urukundo rusahurana, urindira ko uyundi ariwe akugaburira.

2. Urukundo rubabaje kandi rwinshi cane: Ni urukundo rwinshi(passionné),rwiganza,ruteye amakenga kandi rushaka kwifatira uwundi.

3. Urukundo rwo guhuza ibitsina: Ni urukundo rujanye n’ivyipfuzo vy’umubiri kandi iyo ico cipfuzo kikuvuye mu mutwe ntusubira gukunda uwo muntu.

4. Urukundo rw’ubugenzi: Ni urukundo rw’ubugenzi(amical) ariko si ukuvuga ko udashobora kumwipfuza ariko ubanza kumwiga hirya no hino kandi ukabivuga, kugira ngo umugenzi wawe avyumve kandi muhuze.

5. Urukundo rw’imiryango: Ni urukundo rufatiye ku bishobisho, ubugwaneza,n’ukwitanaho umuntu n’uyundi ukongera ukamwumviriza iyo afise ingorane.
6. Urukundo rw’ubuntu: Urukundo ni ubuntu. Kuba muri kumwe n’umuntu ni ingabire. Ivyo bituma mw’iyumva neza iyo murikumwe imisi yose mwaravyumvikanye.

7. Urukundo rw’Imana: Urukundo ni ingabire .Ni urukundo rurengeje kandi urukundo nyakuri twakunzwe n’Imana yacu.


Grace Irimbere

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.