Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inzego zirwanya amabi akorerwa abakenyezi zikwiye guhabwa uburyo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Inzego zirwanya amabi akorerwa abakenyezi zikwiye guhabwa uburyo

Inzego zirwanya amabi akorerwa abakenyezi zikwiye guhabwa uburyo

jeudi 25 Ndamukiza 2013

Umukuru w’urwego mpuzamakungu rwa Kigali 2013-2014, akaba n’umuyobozi mukuru w’igipolisi mu Burundi, komiseri André Ndayambaje yarashikirije icegeranyo c’ibikorwa vy’iryo huriro, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 Ntwarante 2013, mu nama yamuhuje n’indongozi zo mu rwego rw’igipolisi.

Nk’uko yabimenyesheje, intumbero nyamukuru ni uguteza imbere ubushobozi bw’inzego z’umutekano muri Afrika mu bijanye no kurwanya amabi akorerwa abakenyezi n’abigeme.

Umukuru w’urwo rwego mpuzamakungu, Ndayambaje yibukije ko bahura n’inzitizi nyinshi zibabuza gushika kwihangiro mu kazi kabo, bivuye ku buryo buke, kuko bategerezwa kurindira imfashanyo n’ingabire.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.