IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Diaspora > Londres: Abarundi mu myiyerekano

Londres: Abarundi mu myiyerekano

lundi 25 Rusama 2015

Abarundi baba mu gihugu c’Ubwongereza barifatanije n’abandi mu myiyerekano yo kwiyamiriza ko umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza asubira kwitoza.

Abo barundi baba mu Bwongereza bamaze kugira imyiyerekano incuro zitatu.Imyiyerekano ya mbere yatunganijwe ku magenekerezo ya 2 rusama,irya 15 rusama hamwe n’igenekerezo rya 23 rusama.

Ibinyamakuru vyo mu Bwongereza nkaTVC Nouvelles , BBC Focus on Africa,vyari vyishikiye gukurikirana uko iyo myiyerekano yabaye.

Messages

  • ndashimiye bimwe bivuye ku mutima abo benewacu badasiba kudufasha ku rugamba rwo kwiyamirizwa nkurumbi gusubira kuyobora uburundi ubwa3.none ivyo atakoz mumyaka cumi azobikora mumyaka5 yivye abandi bafis ico bomara?narabe aveko ataraba nka mubrak muri misiri.mbdga twibaze twongere tumubaze yamasengesho yavuga yogusengera igihugu nayo?turamubonye ntakiduhenda komera barundi mwese mushaka ihinduka mugihugu

  • Nibakomeze badutere intege kuko Uburundi si ivy’imbeshere burageramiwe,

  • TURABASHIMIYE VYANVAMUTIMA ,BISHOBOTSE BASHIKE NOKUMWAMIKAZI WUMBWONGERAZA,

  • Ndabagaye 100% Mwebwe mwahagaze ahantu hamwe kugiramushikirize akarikumutima, ntabarabara mwugaye, ntamodoka mwaturiye , ntamuntu mwaturiye, ntamuntu mwabujije kuja iyaja, ntama pnoue mwaturiye. Arikongo mwifatikanije nabari Bujumbura mukwiyerekana!? Umva icomwarikuvuga noneho natwe tutarikumwe mwiyomyiyerekano tukavugatuti murazi icobita amategeko nkuko mbona mwayubahirije ngahomuri, mwarikuvuga ngo: Barundi benewacu muringaho Bujumbura twifatikanije namwe mukwiyamiriza Nkurunziza, atariko turabasaba ko mwubahiriza abandi benewanyu barikobarashaka kwirenganira baja muyindimicungararo ya Bujumbura nkuko natwe ngaha turiko turavuga akarikumutima ariko tukareka abirenganira bakarengana mbere mukanababwirako kw’Isi yose nzima ugiye kwiyerekana kugiruvuge akarikumutima ugaturira imodoka yabariko bararengana ntanahamwe vyigera vyitwako arimwiyerekano isanzwe mumamumaze kwerekanako mwinjiye mukindikintu. Ndabasavye muzemurerekana ko mufise icumusumvya benewanyu barimugihugu kuko muba mwaramaze kubona amakungu atarimake, ivyobinyerekako nubwomwoshika Burundi bakabashinga amabanga ubumenyi mwarose mwivyobihugu vyateye imbere sibwomwokoresha mwocamumera nkabariya baturira imodoka nabantu ngobariko bariyamiriza Nkurunziza.

  • Mbega babeshande ?ngo bifadikanije nabari i bujumbura?utwo twinshi ni utumaraya twaje kwitereka imbere ya za cameras,bifadikanije gute,bo baheza gufata poster bagaca baja kunywa za wiskhy na za bières ubona ko bwinshi muri ubwo bututsikazi bwamaze kwicwa n’ubuyoga,nibahanure abari i bujumbura bahebe kuko peter amategeko aramurekurira kwitoza!!

  • Wowe uvuga ngo London abakora imyiyerekano bayikora bubahiriza amategeko nuko na leta ku ruhande gwayo yubahiriza amategeko ikanaha uburenganzira bwabo, ikabacungera umutekano. Wewe uvuga none abiyamiriza 3 em manda ya Nkurunziza basavye uruhusha gwo gukora manifestation amass ha atatu gusa imbere ya parlement canke place de l’independance boruronka? Baruronse bagacungegwa umutekano sinibaza ko hari na kimwe bokonona. Ariko iyo leta ikwimye ivyo urekuriwe n’amategeko ni nko kukubwira ngo uzobibona ari uko ubigwaniye. Aho mu Burundi rero reta yanyu irazi impanvu muri iyo ngwano

  • MBEGA UYO MUGABO YAJE AVUYE MWISHAMBA NONE ASHAKA KO UBURUNDI BUBA ISHAMBA? ADAHEVYE IYO MANDAT YA 3 AZORANDUKA KUKO YARABESHE NGO ARASENGA ARIKO IYO ASENGA SIMWE DUSENGA KUKO YOYO NI RUKUNDO,KIGONGWE NAWE IVYO ARABIZIRA MU MUTIMA NO MUBWENGWE BWIWE BUHUHA PE.

  • wowe vuganeza wokamwe n’irondakoko utwo dututsikazi utuka ngo n’uturaya twishwe n’inzoga nitwatundi twaguciye murihumye ushaka kutwica kubera uko wavutse naho abo bahutukazi bawe wogeza ntawanyweraho n’amzi kuko ari bisimba bisa nabi cyane bikanahira n’umwanda ntaburaya bakora kuko ntawe babona ubahonga....ikindi kandi nkurunziza nako Nkurumbi wawe s’umugabo wo kwizerwa kuburyo yayobora mand aya 03, ntazayiyobora kandi niba ushaka gutega nkemereye ihene dore ko arizo mukunda kuko inka ntazo mwigeze mutunga iwanyu

  • kabisa birababaje kubona tukiri mugahinda.

  • kabisa birababaje kubona tukiri mugahinda.

  • @rwagasore
    mbega muraja ngaho ngo hari uwo musumvya ubwiza,ndakurahiye mwagiye kuba abantu mutanguye kurya ibijumbu n’amateke y’abahutu,si non mwari nka twa tu massi tuba mw’ishamba mu mazu y’amase anuka banywa amaraso y’abantu ngo ni ay’inka.Mbega babahonga iki ko atawe ndabona baguriye indege,ego barabaha ubwo bu wiskhy ubwiso ukazuka bakabasw..;mu ma kanivo!Izo mbwa zanyu ntazo nkeneye gutunga,impene zirakwiye,mu gihe ndonse inyama biba bikwiye,ziheze sinzobura aho ntema inka nkazironka navyo ni ibikoko bitanga inyama,rien d’autre mais mu batutsi birimwo ibirozi twarumvise ko hari aba préfera kwicisha abana babo bagasaba ko inka boyireka.

    Aahhh,Rwagasore,abahudukazi uzobaze nibo babavomeye amazi kandi babanza kuyiyogeramwo ,kandi mwarayanyoye,nivyo babatekera murabirya rero reka kubesha umuhutu ntabasesema ,komera!

  • @Vuganeza Je aka kantu kiyita Vuganabi karasesemye kararengeje. Nadashwe ariko iseseme ntirihera. Jewe Nd’Umuhutu Kandi Nkakunda Uburundi n’abarundi. Ariko nukuri hariho umuntu apfa abantu bakababara kuko hari ico bahomvye. Nayo wewe niwapfa, Igihugu kizoba cikuye umwe mumisega. Kandi abantu bita abandi ngo nimaraya usanga bavuka kumaraya nyene. Nimba mama wawe yaraguhenze, unomusi nshaka ko umenya ukuri kuva aho baguhendeye si kera. URI IGITWARIRE. Ubwo rero ushaka Wokwihutira kwiyita umurundi apana umuhutu. Kuko Natwe turibo kandi twabuze benshi twiciwe naba dd, none ubu mushaka kutugira ikiraro canyu mwa mihimbiri mwe. Pancras, Nyangoma, Rwasa, Zedi, ... Reka sha kwitwenga ubu twarakanuye.

  • @#@
    je t’emmerde avec tes renseignements me concernant,n’ubuhutu bwawe ,rien àcirer,gupfa ni ugupfa,nawe wiyita umuhutu modéré uzopfa nk’umusega surtout kuko uduhutu nkawe franchement batwica nk’utubwa ntakubesha ntawe tukibabaza.Attends abahutu nkawe muri bake twobagira ibiraro ngo tujabuke dushike he?Igihutu nka pancrace cataye umugore kija mu matako ya bwome apfa ari kuvyara uyo umuntu yomushikana he,nta ba dd babiciye mwebwe nyene entre vous muri ubusimbirahamwe,ubudumbidumbi muricana entre vous ,baravuze bati ubusa burazigwa,tu parles mwibaza ngo mwarakanuye mwugarijwe n’inzigo n’amashari,ntimubona,mubona ama étages y’abandi murira umusaya,ariko muzobaze iyo bayakuye si hafi,aho nka ca pancrace kiraja aho ngo kizoja muri transition?Hiiiii,reka ntwenge,nabanze atahe aje kuyigwanira n’abandi bose ngaho bahunze amatora kuva muri 2010 ,genda ku ma barricades,ntimukaze mwibaza ngo mwe mutahari cnddfdd ntibandanya isonga mbele,ikivimvye kimeneke!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.