Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
ONU na FORSC bafatikanije umubabaro n’Abarundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > ONU na FORSC bafatikanije umubabaro n’Abarundi

ONU na FORSC bafatikanije umubabaro n’Abarundi

mardi 29 Nzero 2013

Umuriro wadutse kw’isoko nkuru ya Bujumbura kur’uyu wa mungu igenekerezo rya 27 nzero umwaka w’2013 watumye abaserukira Leta hamwe n’amashirahamwe y’igenga mbere nabaserukira ishirahamwe mpuza makungu ONU mu Burundi bagira ico babivuzeko.

Uwuserukira ishirahamwe mpuza makungu ONU mu Burundi yaramenyesheje ko ONU itewe impungenge n’umuriro w’iyadukije ukaba wagize ingaruka mbi k’ubutunzi bw’igihugu.

Abahinga muvyerekeye ubutunzi bamenyesha ko isoko nkuru ya Bujumbura y’injiza ibice 70 kw’ijana mu butunzi bw’igihugu. Amashirahamwe adaharanira inyungu za Leta nkuko yabimenyesheje iciye kuri FORSC basaba ko boshiraho agasandugu kazofasha ababuze mw’isoko nkuru ya Bujumbura baca bamenyesha ko biteguye gufasha muri ico gikorwa co gufasha.


Grace Irimbere

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.