Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Papa yasavye ko haba amahoro kw’isi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Abakristo > Papa yasavye ko haba amahoro kw’isi

Papa yasavye ko haba amahoro kw’isi

dimanche 31 Ntwarante 2013

Papa Francis yakoresheje ubutumwa bwiwe bwa Pasika mu gusaba ko haba amahoro kw’isi.

Mw’ijambo ryaciye kuri vyinshi yashikirije ibihumbi vy’abantu mu kibanza citiriwe umweranda Petero, Papa mushasha yasavye ko haboneka umuti uciye mu biganiro ku kibazo co muri Korea.

Yanavuze kandi kw’itana mu mitwe riri hirya no hino mu burasirazuba bwo hagati no muri Afrika.

Yaniyamirje kandi icuruzwa ry’abantu, ubwicanyi bufatiye kw’idandaza ry’ibiyovyabwenge ridaciye mu mategeko, hamwe no kuyogeza ubutunzi kama bw’isi.

Papa Francis yasavye ko abantu boba ico yise abarinzi b’ivyaremwe.


Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.