Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umugambwe FRODEBU urashima ibandanya ry’ibiganiro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Umugambwe FRODEBU urashima ibandanya ry’ibiganiro

Umugambwe FRODEBU urashima ibandanya ry’ibiganiro

jeudi 16 Mukakaro 2015

Umugambwe Sahwanya Fodebu urashimishwa n’ibiganiro bigiye kuzobandanya mu ntumbero yo gutorera umuti ibibazo bihanze igihugu.

Uyo muygambwe usanzwe uri mu yitavuga rumwe na Reta ndetse yanse n’ukwitaba amatora, ukavuga ko ibiganiro bigiye kubandanya bihagarariwe na Crispus Kiyonga bazovyitaba. Ibigqniro vyo gufasha kugarukana amahoro mu Burundi bikaba vyari vyitabwe n’umukuru w’igihugu ca Uganda Yoweli Kaguta Museveni, aho yaciye agena umushikiranganji wiwe w’ukwivuna abansi kugira abandanye afasha mu guhuza abarundi.

Mukamenya ko kugeza ubu ikibazo giteye ingorane ari amatora yabaye imwe mu migambwe ntiyiyamamaze mbere ikanka kuyitaba, hamwe n’ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu abo mu Reta ya Petero Nkurunziza bavuga ko ari ntakorwako nayo abatacerekwa nabo bakarahira bakarengwa ko inyuma y’ikiringo ciwe ca kabiri, batageza kwemera ko abandanya abarongora.


IGIHE

Messages

  • none tugirente!! Mana tabara.

  • mwemera mwanga aratwara ejo mugitondo sikinzima igwano mwateguyeyabananiye mwagemu riyereta ibigwanisho

  • Yemwe Nkurunziza mwahitamwo kugumamurasa mutera amagrenade ntakibuza aritoza igikuru nuko ibwirizwashingiro ribimwemerera kandintabwirizwashingiro yahinduye ibisabwavyose arabikwije, arikorero nimwabamuvugako hakoyobatwara mwopfuma mwiyabura yemwe turabahevye ntakundi ntacotubona twobafasha kugira mwikuremwo uwomugambi wokwiyahura. Ariko dukomeje gushimira abakomeje guheba uwomugambi wokwiyahura nakare uwiyahuye ngontazokwigera ababarirwa n’Imana.

  • Ni Mukombate Murabe Ko Harico Mwohanoba Erega Nihatari Kumara Imyaka Itanu Umuntu Arya Umureba.Ndagushigikiye Uburundi Nubwatwese.Komera

  • GANIRE IKIBAZO CAMANDA GUSA BIZOBA BIKWIYE!!! BASIGURE NEZA IMBERE Y’UMUHUZA UKUNTU IBWIRIZWASHINGIRO RIMUREKURA KWITOZA MUNYUZWE MUMUREKE YITOZE.

  • Mbe,hoho ko bavuga uko ubwo ndibifuza zareta fata kibanza zankwa na reta?ahubwo nabo batavugarumwe na reta niboroshe ingorane mugihugu bamureke yitoze mugabo ikiringo c’amatora cigizwe inyuma hanyuma twese abarundi dutore nkuko tuvyiyumvamwo.kandi na bibiriya ivuga uti.iyo umuntu agutanguje ikifi cuhindukira murundi ruhande yonere irindi kofi hanyuma ucumubwira uti ndakubabariye.nabo rero turabakunda nabo bakwiye kudukunda kugira tugumane amahoro.nibamureke barabe amaherezo yiwe guko imyaka itanu nikintu gito kuwuri mubuzima imana ibahezagire.

  • mahoro,mbega mwa bahutu mwe aho nta soni,abatutsi babatwaye imyaka 40 ibi harivyo mwari bwabone,ubu bene wanyu bariko bararya ibikere iyo bahungiye.Twebwe tureke twikorere namwe mube murata umwanya

  • None nkurunziz yitavy ivyo biganiro nibaz yuk yorek bakumvikan nabo batavug rumwe hama mutubariz ko avugak yatowe nabanyagihug non kobamaz azoyobor band jew mbona koyoheb ikiring akagombor abarund barik barapfuatakoz

  • None nkurunziz yitavy ivyo biganiro nibaz yuk yorek bakumvikan nabo batavug rumwe hama mutubariz ko avugak yatowe nabanyagihug non kobamaz azoyobor band jew mbona koyoheb ikiring akagombor abarund barik barapfuatakoz

  • None nkurunziz yitavy ivyo biganiro nibaz yuk yorek bakumvikan nabo batavug rumwe hama mutubariz ko avugak yatowe nabanyagihug non kobamaz azoyobor band jew mbona koyoheb ikiring akagombor abarund barik barapfuatakoz

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.