IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO > Umukuru wa Diyoseze y’Anglicane i Bujumbura yahinduwe

Umukuru wa Diyoseze y’Anglicane i Bujumbura yahinduwe

vendredi 12 Ndamukiza 2013

Inyuma y’imisi itari mike hari impari mu mpande zose, abasengera mw’ishengero Anglicane ryo mu Burundi bari kumwe n’abakuru b’iryo shengero, barahagaritse umusenyeri w’i Bujumbura, Piyo Ntukamazina mu mabanga yo kurongora Diyoseze ya Bujumbura.

JPEG - 40.4 ko

Piyo Ntukamazina yakuwe mu nama nkuru yatumweko n’uwuserukira ishengero Anglicane imbere y’amategeko, Berenarudo Ntahoturi.

Abari bitavye iyo nama bagirije Piyo Ntukamazina kuba yaracanishijemwo abasengera muba Anglicane hamwe n’itunganwa ririmwo igipfungu mw’itunga ry’ishengero. Piyo Ntukamazina yakuwe muri ayo mabanga kuwa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza umwaka w’2013.

Foto:Iwacu-Burundi


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.