Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umuyobozi mwishikira wa OIF mu biro vy’ umuhuza w’abarundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Umuyobozi mwishikira wa OIF mu biro vy’ umuhuza w’abarundi

Umuyobozi mwishikira wa OIF mu biro vy’ umuhuza w’abarundi

jeudi 31 Nzero 2013

Umuhuza w’abarundi Muhamedi RUKARA yarakiriye mu biro iwe umuyobozi mwishikira w’ ishirahamwe mpuzamakungu ry’abakoresha ururimi rw’igifaransa (OIF), Pierre de Cocatrix.

Nk’uko vyamenyeshejwe na Pierre de Cocatrix inyuma y’uwo mubonano, ngo rwari urugendo rwo gukomeza imigenderanire. OIF isanzwe ishigikira ibiro vy’umuhuza mu kubironsa ibikoresho vy’ubuhinga bwa none (informatique) no kwigisha ababikoresha.

JPEG - 35.1 ko

Jean Michel Ndayikengurutse

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.