Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Uwutwara urwaruka rwa Frodebu Nyakuri mu Kirundo yatawe muri (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Uwutwara urwaruka rwa Frodebu Nyakuri mu Kirundo yatawe muri (...)

Uwutwara urwaruka rwa Frodebu Nyakuri mu Kirundo yatawe muri yompi

vendredi 17 Mukakaro 2015

Uwutwara urwaruka rwo mu mugambwe Frodebu Nyakuri yafashwe aca apfungwa kw’itegeko ry’umushikirizamanza mukuru mu ntara ya KIrundo.

Uyo musore yafashwe,akaba yagirizwa kugira uruhara mu bateye mu ntara ya Kayanza. Kugeza ubu, tukaba twobamenyesha ko mu bamaze gufatwa harimwo abavuga ko bari bahungutse bagaca bafatwa bagitizwa kuba abarwanyi. muri abo bafashwe kandi harimwo umuganga yafashwe aje mu karuhuko, uwo nawe akaba yakora mu gihugu ca Sudani y’Epfo.

Kugeza n’ubu rero uduce tumwe tumwe tukaba tukubonekamwo abantu bitwaje ibirwanisho, aho abo barwanyi bavuga ko bipfuza gutesha Petero Nkurunziza gusubira kwitoza.


IGIHE

Messages

  • mukwankikicanke kiriya singokubanzagusesa amarasoyabarundi

  • None ko aho Nkurunziza aba hazwi ko batomusangayo bakamutesha twebwe abanyagihugu bakatureka?

  • mwe muvuga ko hariho uduce barimwo? nikuki bafashwe muca muvuga ngo nabahungutse? ntagahengwe tuzobaha.

  • Mureke faraon akomantaze umutima,ayo n’amabi y’abanyuma arko arakora,ubutwari bwiwe busigaj umwanya urume rumara,bagenzi arko naho biruko zemurazibukira ahandi yobahatina

  • mubigire mubiz turagabishije uwo wese ark arafata abantu abafungira ubusa bambika urubwa abantu twebwe turashobora kwitangurira intambara kandi tukayihereza ivyabaye kuntega murabizi nubu niko bigye kumera

  • mwebwe muvuga ko mugira mudukureko nkurunziza nabiwe munkundire mbabaze,ikibazo aho pita aba canke aho akorera? nahoyavukiye ndumunyagihugu muto ngomba kumenya kuk nsanuwazazaniwe nibi! kohatewe kabarore yakayanza nibubanza , j nagizenti bahateye kuko pita arimuhira iwe bubanza naho niyumviriye kwariho hari ibiro vyiwe nyamba ivyiyumviro vyanj bir mukuri mukoze icomwadusezeraniye,bitaruko naho ntimuzoba mutitwa abansi babene gihugu kuko pita ahabantihayoberanye nahakorera numunyamerika ntahoyoyobegwa nkenswe mwebwe munywana mwiganye mwagendana sindamenya rero ko ahatew arimuhira canke kubiro vyuwomwita kwakundi mudusobanurire nyamba mwarihenze tubaharire mutatubwiye naho turamenya ico tubakorera kuko abotwitabakunzi,ivyabo Imana izoba ibitweretse twebwe abarundi naho umenga ntitubona, kandi ntitubona koko,kuko muri mukuri ufise ibigwanishwa yotera umwansi wiwe twebwe bene gihugu nyamba dutewe turabansi banyu nayo uwo pita muzobamwamugize umukunzi naho ariw mutwereka kwariwe mwansi wacu ben gihugu mwoduhumuco.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.