Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Vaticano: Aba Cardinali batanguye inama zo gutora Papa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > Abakristo > Vaticano: Aba Cardinali batanguye inama zo gutora Papa

Vaticano: Aba Cardinali batanguye inama zo gutora Papa

lundi 4 Ntwarante 2013

Aba Cardinali bo kw’isi yose batanguye inama za mbere i Vaticano mu gihe bariko baritegurira gutora Papa mushasha.

Bari mu migwi y’indimi itanu kugira ibiganiro vyabo vyorohe.

JPEG - 28.3 ko

Bariko barihweza ubwiza bw’abashobora gutorwamwo Papa.
Mu mpera z’iyindwi bazotegerezwa kuba bamenyesheje umunsi udasanzwe witwa Conclave uzotorerako Papa.

Inama y’uwo mugwi ishobora kuzoca itangura niyo aba cardinali ijana na cumi na batanu bafise ububasha bwo gutora bazoba bose bamaze gushika i Roma.


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.