IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Imigambwe > Amategeko mashasha y’umugambwe CNDD FDD azobanza kwemezwa : Vidéo

Amategeko mashasha y’umugambwe CNDD FDD azobanza kwemezwa : Vidéo

mardi 21 Ruheshi 2016, par Jean De Dieu

Ikoraniro Kaminuza ry’umugambwe CNDD FDD ryabereye mu ntara ya Ngozi ryasozerewe kuri uwu w’Imana hadatowe uwugiye gusubirira Pascal NYABENDA yahora aramutswa uwo mugambwe. Amatora y’indongozi nshasha za CNDD FDD yashizwe mu mezi abiri ari imbere.

Ico kiringo catanzwe kugira bahe umwanya umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu wo kwemeza amategeko mashasha agenga uwo mugambwe yashizweho muri iryo koraniro.

Amasanamu y’ivyavuye muri iryo koraniro


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.