Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Yishikanye mu gipolisi ahejeje kwica umugore wiwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Yishikanye mu gipolisi ahejeje kwica umugore wiwe

Yishikanye mu gipolisi ahejeje kwica umugore wiwe

mardi 28 Rusama 2013

Mu rukurikirane rw’amabi akorerwa abakenyezi, mu gisagara ca Bujumbura, muri komine Kamenge mu Mirango ya kabiri, umugore yaragandaguwe n’umugabo wiwe bari bamaze imisi badacana uwaka.

Nk’uko bamwe mu babanyi b’uwo mugore yagandaguwe babimenyesheje, uwo muryango wari umaze imisi uhanurwa ko bakwumvikana kuko bari bamaze imisi mu ndyane ariko bikaba ivy’ubusa.

Uwo mugabo ahejeje gukora iryo bara yaciye yishikana ku nzego z’umutekano ubu akaba mu minwe y’inyamira mabi, urubanza rwiwe rukaba rwitezwe gucibwa vuba muri bimwe bita imanza z’ikibiriraho.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.