IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amatongo > Bujumbura : Abafise ibibanza vyo kwubakamwo bahawe ukwezi kwo (...)

Bujumbura : Abafise ibibanza vyo kwubakamwo bahawe ukwezi kwo kuvyubaka

mercredi 30 mai 2018

Mw’itangazo ryo kugabisha umuyobozi mukuru ajejwe gutunganya ibisagara n’uburaro yasohoye kw’igenekerezo rya 29 Rusama, Emmerence NTAHONKURIYE, amenyesha ko muri ico kiringo c’ukwezi kumwe abafise ivyo bibanza bategerezwa kuvyubaka kandi bakavyubaka bakwirikijwe amategeko agenga ibisagara.

Emmerence NTAHONKURIYE avuga ko ico kiringo kirenganye uwufise ikibanza ataracubaka azoca acakwa burundu.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.