IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Umurundi yabaye uwa mbere mw’ihiganwa ryo kwandika rihuza abanyeshuri bo (...)

Umurundi yabaye uwa mbere mw’ihiganwa ryo kwandika rihuza abanyeshuri bo muri EAC

lundi 22 Rusama 2017

Ako gashimwe katanzwe kuwa gatandatu igenekerezo rya 20 Rusama,umwaka wa 2017, mu nama igira 18 ihuza abakuru b’ibihugu bigize akarere ka Afrika y’Ubuseruko yabaye kuva kuwa gatandatu igenekerezo rya 20 Rusama,umwaka wa 2017.

Igihugu c’Uburundi cabaye ica mbere n’amanota 83 kw’ijana, Ubuganda bwabaye ubwa kabiri n’amanota 82 kw’ijana, igihugu ca Kenya ica gatatu n’amanota 78 kw’ijana, Tanzaniya cabaye ica kane n’amanota 75 kw’ijana, igihugu ca nyuma cabaye Urwanda n’amanota 70 kw’ijana.

Tite IRUKWAYO yiga kw’ishure ryisumbuye rya Makamba riri mu ntara ya Makamba, yagiye gutora agashimwe aherekejwe n’umuyobozi w’ishuri André Nininahazwe.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.