Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Tanzaniya : Amahasa yavutse afatanye yitavye Imana
Tanzaniya : Amahasa yavutse afatanye yitavye Imana
dimanche 3 juin 2018
Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko, urupfu rwabo rwababaje abantu benshi mu gihugu ca Tanzania, benshi bakaba barungitse ubutumwa bwo guhoza umuryango wabo babicishije ku mbuga ngurukanabumenyi.
Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya, John Magufuli, hari haheze iminsi babonanye n’ayo mahasa, yavuze ko ababajwe n’urupfu rwabo.
Yavuze ati : "Nababajwe n’urupfu rwa Maria na Consolata. Igihe nabasanga mu bitaro, barasabiye igihugu cacu. Barota kuzokorera igihugu cabo."
Ayo mahasa yari afise imyaka 22, bari barezwe n’ababikira b’abakatolika kuva bakivuka.
MUGISHA Van Naris
Messages
4 juin 2018, 08:50, par kabuga
ubuzima ni ubusa.ndahojeje umuryango nanje wabo.
Uhoraho abakire mu bwami bwiwe kuko bari barerewe n.ahantu heza shetani ifise umwanya muto wo kubasamaza.
7 juin 2018, 21:51, par THIERY VE
EMWE BAHORA BAGURISHA IMODOKA ZASHAJE NIVYIZA PE
8 juin 2018, 14:27, par Shemezimana Cedrick
Nukuri Umuryango Wabuze Wihangane,kuko Urumva Yuko Abobana Baribaroteye Igihugu Indoto Nziza ,nukuri Birababaje ,ariko Ntakundi Imana Ibakire,
9 juin 2018, 06:16, par Nyandwi Philippe
Kw’ayo Mahasa Yaba Kobwa Bitavye Imana Umuryango Wabuze Wihangane Kandi Imana Ibakire Mubwami Bwayo.