IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Abaganga bemeye gusubira ku mirimo inyuma y’iminsi ijana bahagaritse (...)

Kenya: Abaganga bemeye gusubira ku mirimo inyuma y’iminsi ijana bahagaritse akazi

mercredi 15 Ntwarante 2017

Abaganga bari bamaze amezi arenga atatu barahagaritse akazi mu gihugu ca Kenya, basubiye ku mirimo inyuma y’amasezerano yateweko umukono hagati yabo na Reta.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko abantu barenga igihumbi bitavye Imana mu gihe abaganga barenga 2500 bari bahagaritse akazi basaba uturusho mu kazi kabo.

Amasezerano yo gusubira ku kazi yateweko umukono na Oroko Samuel ari kumwe n’umushikiranganji w’amagara y’abantu Cleopha Mailu,kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 14 Ntwarante,umwaka wa 2017.

Ayo maseserano yo gusubira ku kazi yateweko umukono hari abarongoye amashengero mu gihugu ca Kenya.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.