Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya : Uhuru Kenyatta yavuze ko sentare ntahinyuzwa yahiritse (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya : Uhuru Kenyatta yavuze ko sentare ntahinyuzwa yahiritse (...)

Kenya : Uhuru Kenyatta yavuze ko sentare ntahinyuzwa yahiritse ubutegetsi

jeudi 21 Nyakanga 2017

Umukuru w’igihugu ca Kenya Uhuru Kenyatta yavuze ko ata matora aburamwo amakosa ko ivyakozwe na sentare ntahinyuzwa vyo gufata amatora y’umukuru ‘igihugu ko ari ihirika ry’ubutegetsi rikozwe n’igisata c’ubutungane.

Benshi m u bacamanza bashikirije ko amatora y’umukuru w’igihugu ko yaranzwe n’utunenge tutari duke ariho baciye bafata ingingo ko hotungwanya amatora gushasha.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.