IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amatongo > Makamba: DPAE irahumuriza abanyagihugu ko udukoko twateye ibiterwa tutonona (...)

Makamba: DPAE irahumuriza abanyagihugu ko udukoko twateye ibiterwa tutonona amagara y’abantu

samedi 21 Nzero 2017

Ubuyobozi bw’uburimyi n’ubworozi mu ntara ya Makamba burabeshuza amakuru avuga ko hari udukoko twateye amababi y ‘ibiterwa dufise ngaruka mbi ku magara y’abantu.

Umuyobozi w’uburimyi n’ubworozi mu ntara ya Makamba amenyesha ko utwo dukoko twibonekeza na cane cane ku mababi y’ibiterwa bifise amababi nk’ibiharage,imboga z’irengarenga n’imboga z’amashu.

Umuyobozi w’uburimyi n’ubworozi mu ntara ya Makamba arahumuriza abanyagihugu bo muri Komine ya Nyanza-Lac aho utwo dukoko twibonekeza,ko ari udukoko dusanzwe twica utundi dukoko twonona ibiterwa.

Utwo dukoko twarigeze kuboneka muri ico gice mu mwaka w’1980.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.