IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Tanzaniya : Abakobwa batanu bafise inda n’abavyeyi babo bahagaritswe (...)

Tanzaniya : Abakobwa batanu bafise inda n’abavyeyi babo bahagaritswe n’igiporisi

mardi 9 janvier 2018

Ico gikorwa cabereye mu bumanuko bw’igihugu ca Tanzaniya, aho igituguru c’abakobwa batwara inda bakiri kw’ishuri ari kinini, gusumba mu bindi bice vy’igihugu.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko abaharanira agateka ka zina muntu, batashimishijwe n’iyo ngingo, bavuga ko abagabo batera inda abo bana ari bo bategerezwa guhagarikwa.

Ayo makuru nyene amenyesha ko ubushakashatsi buheruka gukorwa bwerekanye ko ica kane c’abakobwa bafise hagati y’imyaka 15 na 19 muri Tanzaniya ari abavyeyi, canke bamaze gusama inda ya mbere.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.