IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Tanzaniya : Abantu 12 bafashwe bagirizwa kwinjiza ibiyayuramutwe

Tanzaniya : Abantu 12 bafashwe bagirizwa kwinjiza ibiyayuramutwe

mercredi 1er novembre 2017

Bimwe mu binyamakuru bikorera aho muriTanzaniya bimenyesha ko abo bantu uko ari 12 bafashwe bari mu bwato Dhow bwariko buja muri Zanzibar butwaye ivyo biyayura mutwe buciye mw’ibahari ya Indiyano.

Umucamanza ariko arakwirikirana abo bafashwe aramirira kure abasaba ko borekurwa bishitse bagatanga ingwati.

Ayo makuru avuga ko ivyo biyayuramutwe ari ivya mbere bibaye vyinshi kuva Reta ya Tanzaniya ishizeho urwego rujejwe kugwanya ibiyayuramutwe kuva mu kwezi kwa ndamukiza 2017.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.