IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Uganda: Abantu 7 bari mu myiyerekano bafashwe

Uganda: Abantu 7 bari mu myiyerekano bafashwe

lundi 18 Nyakanga 2017

Amakuru amenyesha ko amategeko ariho ubu asaba uwitoza ku kibanza c’umukuru w’igihugu kutarenza imyaka 75 ,iryo tegeko rihindutse rizotuma umukuru w’igihugu Yoweri Museveni aronka akaryo ko kwitoza mu mwaka wa 2021.

Iyo myiyerekano yatunganijwe n’ishirahamwe ry’urwaruka ryitwa “ the Alternative” aho ryamenyesheje ko aho risanzwe rikorera habomowe n’abajejwe umutekano,bagashikiriza ko bibwe ibikoresho bigizwe n’imashini nyabwonko ngendanwa.

Umukuru w’igihugu c’Ubuganda Yoweri Museveni bivugwako ubu afise imyaka 73 akaba amaze imyaka irenga 30 atwara ico gihugu .


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.