Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubuganda: HRW isaba amatohoza yigenga ku gitero ku mwami w’i (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Ubuganda: HRW isaba amatohoza yigenga ku gitero ku mwami w’i (...)

Ubuganda: HRW isaba amatohoza yigenga ku gitero ku mwami w’i Rwenzururu

jeudi 16 Ntwarante 2017

Inyuma y’amezi ane habaye igitero ku kirimba c’umwami wa Rwenzuru Charles Mumbere, ishirahamwe ryishinze gukingira agateka ka zina muntu Human Right Watch risaba ko haba amatohoza ataho yegamiye.

Ishirahamwe Human Right Watch rimenyesha ko igitero ku kirimba c’umwami Charles Mumbere cabaye mu kwezi kwa Munyonyo,umwaka wa 2016 mu gisagara ca Kasese cakozwe n’igipolisi c’igihugu c’Ubuganda cahitanye abantu 150.

Mu gipolisi c’Ubuganda bavuga ko Igipolisi kivuga abantu 87 aribo bapfuye kandi ko bari mu bagwanyi b’ubwami bwa Rwenzururu, bwagirizwa gutanguza umurwi w’abarwanyi barwanira mw’ishamba.

Umwami Charles Mumbere wa Rwenzururu yagirijwe na Reta y’Ubuganda ko kuba yahemukiye igihugu.


IGIHE

Messages

  • Bahumiwe uko, Rwabaganda ngo nibo batowe baba abahuza Buburundi! ,jewe keshi vyama vyantangaje uburyo batora aboguhuza abandi!, ahogutora umuntu afise akarorero keza mumakungu kingene arongoye igihugu ciwe, uburyo yubahiriza agateka kazina muntu, ariko bagaca bafata urya muntu yatikijinganda ngo niwe akwiye kubumuhuza wabandi! nukuri biracangoranye ngahiwacu muraka karere, nah’Imana gusa, nayubundi nzobambona kuko uwutanga atanga ivyafise, ntawutanga ivyadafise.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.