IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Jakaye Mrisho Kikwete yagenywe kurongora kaminuza ya Dar-Es- (...)

Jakaye Mrisho Kikwete yagenywe kurongora kaminuza ya Dar-Es- Salaam

vendredi 22 Nzero 2016

Umukuru w’igihugu ca Tanzaniya, Dr John Pombe Magufuli yagenye uwo yasubiriye Jakaya Mrisho Kikwete ngo abe umuyobozi wa kaminuza ya Dar-Es-Salaam.

Iradiyo y’abongereza BBC yamenyesheje ko Jakaya Kikwete yahejeje kurongora igihugu ca Tanzaniya inyuma y’ibiringo bibiri agiye kuba umuyobozi mukuru wa Kaminuza y’igihugu.

Kikwete asanzwe yize muri iyo Kaminuza ya Dar Es Salaam yashinzwe mu mwaka w’1961, ari na ho yaronkeye urupapuro rw’umutsindo mu bijanye n’ubutunzi mu mwaka w’1975.

Iryo genwa ryatanguye kuvugangwa kw’igenekerezo rya 17 Nzero uyu mwaka, ubu iyo kaminuza ikaba yari irongowe vy’imfatakibanza na Nicholas Kuhanga .


IGIHE

Messages

  • guheza neza ataco wagirizwa ni vyîza cane uca uronka ayandi mabanga. kwibaza ko ubukuru bw, igihugu ari umwuga wawe ho, n, ujwihenda cane.

  • Asha,nibamuhe Kweli Ntagwe Umwumira.

  • congratulation president kikwete!then, remember that there were others instructed as u who would occupay that institution decently even than u but it was not possible because it was still thy chance from JESUS;believe him always please! also JESUS works well for all of us freely without checking our sins orelse without relying on them too!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.