Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Ubuseruko
RDC:13 baguye mu gitero c’abitwaje ibirwanisho
Yanditswe taliki ya 29-09-2015 - isaha 15:39' na Van Naris Mugisha

Abantu 13 nibo baguye mu gitero cakozwe ku murongo w’imodoka mu buraseruko bwa Repubulika iharanira demokarasi ya Congo.

Reta ya Kongo ivuga ko hapfuye abasirikare 11 n’abanyagihugu babiri bari baherekeje imodoka zari zitwaye amadolare hafi ibihumbi 40 yo guhemba abakozi ba Reta.

Ico gitero cabereye mu karere ka Uvira mu ntara ya Kivu yo mu Bumanuko.

Ivyiyumviro vyanyu

UBURUNDI N IGIHUGU KIRIMUNGORANE KANDI CACIY MUNGORANE NYINSHI ARIKO NTIBISIGURA KO ARIKO BIZOKWAMA MUZOGEZA RYARI GUKORERA SHETANI NIKUKI UKO BUKEYE UKO BWIJE MUBWATURAKO IKIBI COSE,NTAVYIZA BIHARI KUR INO SI ? MWOBWATURAKO ? MUGIRE ICO MWUBAHA UBURUNDI N IGIHUGU C ISEZERANO N IGIHUGU GIFISE KAZOZA KEZA,NYIMBA UBU BIMEZE NABI NUKO HARIHO IMPAMVU ,,IMANA NIYO NKURU,
MWIYUBARE...

18.12.2015 à 01:30
BURUNDI MUTIMA WANJE

nabahebantubareta baribagiyeguhebwa ?Muwuhimuhana ?

6.10.2015 à 19:16
Sabimana

@giswi
"ivyobitero vyasubiy kw imonogoza i congo bishobora kudasiga inyuma uburundi."
Mbe mu Burundi hariyo ama dollars nk’ayari muri Kongo ? Reka kuba uradusetsa mwana w’umuntu !

30.09.2015 à 11:38
Bakari

Abo banyarwanda bashakiki kuri congo ?

30.09.2015 à 11:30
Barcelona

Abo banyarwanda bashakiki kuri congo ?

30.09.2015 à 11:29
Barcelona

ivyobitero vyasubiy kw imonogoza i congo bishobora kudasiga inyuma uburundi.

29.09.2015 à 16:55
giswi

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.