Uganda: Amama Mbabazi ababajwe no kuba yarashigikiye ko ibwirizwa nshingiro rihinduka

Yanditswe na IGIHE
Kuya 11 Nzero 2016 saa 08:28
Yasomwe : 20916
0 0

Amama Mbabazi umwe mu bitoreza kurongora igihugu c’Ubuganda amenyesha ko ababajwe no kuba yarashigikiye ko ibwirizwa nshingiro rihinduka mu mwaka w’2005 mu Buganda.
Mu gihe yariko yiyamamariza kurongora igihugu c’Ubuganda,Amama Mbabazi yavuze ko yababajwe no gushigikira ko ibwirizwa nshingiro rihinduka,gutyo umukuru w’igihugu Yoweri Museveni agashobora kuguma ku butegetsi.
Umukuru w’igihugu Yoweri Museveni ari mu bazokwitoza kurongora igihugu, amaze ku butegetsi imyaka 30. Aho aca mu myiyamazo (...)

Amama Mbabazi umwe mu bitoreza kurongora igihugu c’Ubuganda amenyesha ko ababajwe no kuba yarashigikiye ko ibwirizwa nshingiro rihinduka mu mwaka w’2005 mu Buganda.

Mu gihe yariko yiyamamariza kurongora igihugu c’Ubuganda,Amama Mbabazi yavuze ko yababajwe no gushigikira ko ibwirizwa nshingiro rihinduka,gutyo umukuru w’igihugu Yoweri Museveni agashobora kuguma ku butegetsi.

Umukuru w’igihugu Yoweri Museveni ari mu bazokwitoza kurongora igihugu, amaze ku butegetsi imyaka 30. Aho aca mu myiyamazo aguma asaba abayoboke b’umugambwe wiwe gutora umuhumure nkawe.

Amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa kabiri


Kumenyekanisha

1
INTAGOHEKA 15-01-2016 à 15:39

ABASWAHIRI BARAYAMAZE NGO MAJUTO NIMUJUKUU NONE NAWE URIKURICUZA KUBA WARASHIGIKIYE KWIBWIRIZWA NSHINGIRO RYANYU RIHINDUKA.NEJONEJO BUNDI MUGUKORIKINTU ICARICOCOSE UZOBANZE WIYUNVIRE INGARUKA YICOKINTU UGIRUKORE URABAZ ABANYAKIBIRI BAGIYE MWIBARABARA KUGUMUKA BATIYUNVIRIY INGARUKA YAVYO NUBU BARACIRUKA BAHUNGINKONA

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha