IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Umunyarwanda yafashwe ariko agurisha karangamuntu y’Uburundi

Umunyarwanda yafashwe ariko agurisha karangamuntu y’Uburundi

samedi 5 Nyakanga 2015

Igipolisi c’Urwanda cafashe umunyarwanda w’imyaka 53 yikekwa ko akora impauzo zitandukanye za nkenerwa za magendo.

Uwo yafashwe azwi kw’izina rya Ali Ruzavaho,vyikekwa ko akora impapuro z’inzira,urupapuro karangamuntu,impusha zo gutwara imodoka n’ibidodo.

Ali Ruzavaho yafashwe kw’igenekerezo rya 1 Nyakanga 2015 ariko agurisha karangamuntu ya magendo yo mu Burundi ,ku mafaranga ibihumbi 10 vy’amanyarwanda.

Amakuru ava mu gipolisi c’Urwanda amenyesha ko inzego z ‘umutekano zakoze igendereza ku mpapuro za ngombwa za magendo zafashe,zica zisanga izo mpapuro zakorewe wa Ali Ruzavaho.

Hejuru y’impapuro za magendu igipolisi cafashe,igipolisi c’Urwanda kimenyesha ko cafashe kandi ibidodo 23, harimwo ayo mu mabanki y’ubudandaji,kaminuza,inzu zikora ubuhinga bwo kwubaka,amashirahamwe mpuzamakungu,ubuserukizi bw’ibihugu n’izindi.

Inyuma yo gufatwa Ali Ruzavaho aremera icaha yakoze agasaba ikigongwe,aho avuga ko yakoze nabi ahemukira igihugu ciwe.

Umuvugizi w’igipolisi CSP Twahirwa Celestin yaburiye ihugu kudakoresha impapuro n’ibindi bitemewe n’amategeko.


Van Naris Mugisha

Messages

  • Ali ruzavaho yishe amategeko nibyo none se ko karangamuntu zidusanga mumahanga igihe cose umuntu ayishatse kwayibona atiriwe aja murwanda ikaza yujuje byose ubwo abaziduha nabere nizerako Atari ba ali ahubwo ari leta nuko rero nahanwe nabandi Bose babikora buri munsi bashakishwe

  • Reka ubwambere nshimire aboba polisi bemeye bagashirahejuru amabanga twaridusanzwe twebwe abarundi tuvuga ariko Mushikiwabo akajahejuru. HANYUMA UKWO IZONDANGAMUNTU ZOKORESHEJWE MUSHOBORA KUBISANGA MUKINYAMAKURU CITWA IKAZE IWACU, ICOKINYAMAKURU KIMAZEKUBONEKANAKO GIFISE ABANTU BAGIHA INKURU NZOMURWANDA NOMU BURUNDI NAHANDI KUKOHARIGIHE KIZUGA IVYABAYE CANKE KIKAVUGA IBIZOBA KANDIYOKIVUZE IBIZOBA 95% BIRATEBA BIKABA, AKARORERO NIZIKARANGAMUNTU IKAZE IWACU YARIYARABIVUZE NTA WEEK IRAHERA KIBIVUZE. BIKUNZE ABOKWIKAZE IWACU IRYANKURUMWANDITSE MUVUGAKO KAGAME AGIYE GUTERA AMA GRENADE KUVA BUTARE GUSHIKA KIGALI NGONENEHO AZOBEYAPANZE ABANTU BAVUGANEZA IKIRUNDI BAHAYE IVYANGOMBWA VYI BURUNDI NGOBAZOCEBAVUGANGO NUMUGAMBI WA PREZIDA WUBURUNDI NKURUNZIZA, IKAZERERO BIKUNZE IRYANKURU MWOYIGUZA IMBERE ABASOMWI BAKONGERA KUYISONA. REKAMPAMAGARIRE NABANDIKUZABARASOBA IKAZE IWACU BACIYEKURI: WWW.IKAZEIWACU.COM

  • Ni ikimwaro kuri leta y’abicanyi y’i kigali. Ubundi bari barapanze gutera ama grenade hanyuma ngo bavuge ko ari abasirikare ba Nkurunziza bayateye kubera ko umugambi wa Kagame watahuwe none ngo bafashe uzikora kandi aribo bamuhaye ikiraka. Umukino w’inyenzi inkoramaraso ni uwo!!! Comedie.com

  • ahubw nibamuh akaz mur rek kuk arashobye

  • ahubw nibamuh akaz mur rek kuk arashobye

  • ahubw nibamuh akaz mur rek kuk arashobye

  • Turasavye reta yuburundi guhindura izokarangamuntu kunezayabarundi nuburumdi kandi bazigire mubuhinga bwanone uyo kagame agomba kutwifatira nkuko yagize Congo nateshwe ate abarundi twaramuhinyuye ntabuchuti tumushako Ko avuga Ngo yakoze vyiza nivyahe kurya kundandaza uduhanga twabanyarwanda oho kudushingurana iteka .niryoterambere ryiwe kotuziko murwanda uwitavyimanabamuhambaniteka.nareke kwivanganvyibindi bihungu amramare iwemurwanda

  • Leta ya Nkurunziza igomba kwihutira guhindura izo ndangamuntu kugira ngo n’izindi nkozi z’ikibi zihishe hirya no hino zifatwe. Uwo niwo muti. Kandi ubu muri ya makambi y’impunzi ari mu Rwanda abarenga 1/2 barimo ni abanyarwanda muburyo bwa Kagame bwo kubeshya amahanga ko abarundi benshi bahunze

  • Yoyigurirwa nande !!!? Mwibaza ko kwitwa umurundi muri iyi misi hari uwuvyifuza ? Muribesha cane, Ahubwo iyo ni ya politique mbi yo guhohoteta, kwanka, no kwankisha abanyarwanda ibandanya, mureke kubesha

  • uyo,yohanurwa,binaniranye,agaharwa,nama,tegeko

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.