Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umurwi Question G wagarutse inyuma y’agacerere - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Umugwi > Question G > Indirimbo > Umurwi Question G wagarutse inyuma y’agacerere

Umurwi Question G wagarutse inyuma y’agacerere

lundi 20 Ndamukiza 2015

Umurwi ?-G wasohoye ururirimbo wise"come back", ururirimbo rusohotse mu gihe umwe mu bagize umurwi ari mu rugendo mu mahanga.

Hari haheze igihe kitari gito abaririmvyi bo mu murwi wa ?-G(Question G) badasohora indirimbo bari kumwe bose. Inyuma y’ururirimbo "Nilipi Kosa" rwaririmbwe na Josdy yikoranye mu ntango z’umwaka, uwo murwi ntuwaruhertse gukorana. Aba n’abandi baribaza ko umurwi woba warasambutse.

Question G wasohoye urwo ruririmbo wise "Come back" mu gihe umwe muri bo ari we Alby Wamandalinho ari mu rugendo mu gihugu c’Ubushinwa, ariko bivugwa ko yagiye ahejeje gushiramwo amajwi yiwe.

Tubamenyeshe ko Question-G ugizwe n’imisore 4: Josdy Prince Yossi, Terry West, Alby Wamandalinho, na Lil’Sosso.

JPEG - 143.6 ko
Abagize ?-G: i bubamfu: Josdy, Terry West(yicaye), Alby Wamandalinho, na Lil’soso

Umviriza ururirimbo ruvuga ivy’urukundo"come back" rwa Question-G


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.