Umukuru w’ibanki nkuru y’igihugu BRB (Banque de République du Burundi) Jean CIZA amenyeshako bagiye gushiraho uburyo buzofasha kugwiza umwimbu biciye mu gisata c’uburimyi n’ubworozi kuko abakorera murico gisata bahora bataronswa amadeni n’amabanki.
Accueil > Ubutunzi > Iterambere
Iterambere
-
Jean CIZA : «Abakorera mu gisata c’Uburimyi n’ubworozi bagiye kuronswa amadeni »
8 November 2018, by vianney -
USD 10 millions, en guise de partenariat régional BANCOBU−BDEGL
18 October 2018, by Jean De DieuLa BANCOBU (Banque Commerciale du Burundi) a signé ce mercredi 17 Octobre 2018 à son siège, un partenariat régional avec la BDEGL (Banque de Développement des Etats des Grands Lacs), une institution financière régionale. Ce partenariat consiste en une convention relative à un investissement financier pouvant aller à 10 Millions de dollars américains qui seront orientés dans l’agriculture, l’énergie et l’infrastructure.
-
Umukuru w’inama nshingamateka Pascal NYABENDA yuguruye k’umugaragaro “Tujane Microfinance”
16 June 2018, by vianneyUmukuru w’inama nshingamateka Pascal NYABENDA yaruguruye k’umugarargaro ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana “Tujane Microfinance” kur’uyu wa gatandatu igenekerezo rya 15 Ruheshi 2018 ku mugwa mukuru w’intara ya Bubanza.
-
Amamuko y’icayi mu Burundi gisanzwe ari ubutunzi ku gihugu no ku barimyi
20 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANAMu gihe Uburundi buriko buhimbaza indwi yahariwe icayi, ishirahamwe rihingura icayi OTB rikaba ryatanguje Icayi c’akatsi kabisi (Thé vert), i Buhoro mu ntara ya Cibitoke, twashatse kumenya uko ico giterwa cifashe. Ni muri iyo ntumbero twiyumviriye kwandika ibijanye n’amamuko y’ico giterwa, uko cashitse mu Burundi n’akamaro gifitiye igihugu n’abarimyi. Ayo makuru n’ayo matohoza tuyakesha umushakashatsi Eric NDAYISABA, asanzwe ari Umwigisha muri Kaminuza Nderabigisha E.N.S.
-
Abarwizatunga basabwa kwitaba umunsi mukuru wahariwe umutangakori
9 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANAKw’igenekerezo rya 5 Kigarama 2017, hazohimbazwa umunsi mukuru wahariwe umutangakori mu Burundi. Komiseri mukuru w’ikigo gitoza amakori n’amatagisi OBR amenyesha ko bipfuza ko uwo munsi wobera abagikorera mu gifuri akaryo ko kwikebuka, babone neza ko gutanga amakori bidatera uruhombo, ahubwo ari kugira bibafashe kuja ahabona no gukora ataco binona.
-
Bujumbura : La microfinance Kazoza Finance ouvre sa sixième agence
17 Ruheshi 2017Cinq ans après l’autorisation par la Banque de la République du Burundi BRB de travailler sur le territoire burundais, la microfinance "Kazoza Finance" a procédé ce jeudi le 15 Juin 2017 à l’ouverture de la 6ème agence dans la zone Kinindo de la commune Muha, en Mairie de Bujumbura .
-
Microfinance KAZOZA FINANCE yuguruye ishami rya gatandatu i Bujumbura
16 Ruheshi 2017Ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana Kazoza Finance ryuguruye ikibanza ca gatandatu rikoreramwo muri zone ya Kinindo,komine Muha, mu gisagara ca Bujumbura, inyuma y’imyaka itanu iheze ryemerewe n’ibanki nkuru y’igihugu BRB gukorera mu Burundi.
-
Bujumbura : Ibikorwa vyo gushiraho amatara afasha abiyunguruza mu mabarabara vyatanguye
12 Ruheshi 2017Ishirahamwe ry’abashinwa Sinohydro Tianjin ryatanguje ibikorwa vyo gushira ku mabarabara yo mu gisagara ca Bujumbura amatara afasha abatwara imiduga n’ibindi vyunguruza abantu, kuri uno wa mbere igenekerezo rya 12 Ruheshi 2017.
-
Ingomero za Rusizi 1 na Rusizi 2 zigiye gusanurwa
21 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANAReta y’Ubudagi yatanze imfashanyo y’imiriyoni 32.5 z’amafaranga y’amanyaburaya azokoreshwa mu gusanura n’ukwagura ingomero za Rusizi I na Rusizi II zihurirwako n’Uburundi, Urwanda, hamwe na Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo (RDC).
Amasezerano y’iyo mfashanyo yateweko umukono na Herman TUYAGA, umunyamabanga nshingwabikorwa wa CEPGL, iyo mfashanyo ikazofasha mu kwongereza inguvu mu gukorana n’akarere hamwe n’umutekano. Vyitezwe ko gusanura izo ngomero za Rusizi bizokemura ikibazo c’ibura (...) -
PARCEM: Irashima itanguzwa ry’ibibanza bisadanzwe ku bijanye nivyubutunzi
7 Munyonyo 2016, par Jean De DieuKuva aho Leta y’Uburundi imenyeshereje ko hagiye gushingwa ibibanza bidasanzwe kubijanye n’ubutunzi, ishirahamwe PARCEM rirashima iyo ngingo kubwaryo ngo nikintu ciza cane bizotuma ubutunzi bw’igihugu bwisununura. Bivugwa na Faustin NDIKUMANA umuyobozi w’iryo shirahamwe akamenyesha kandi kugira bigire akamaro n’uko abarundi bokwijukira guhindura ingendo kubijanye no kurya ibiturire (...)