IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Imibano > Urwaruka > Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu asaba urwaruka kwigenza neza

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu asaba urwaruka kwigenza neza

vendredi 30 Kigarama 2016

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise Nkurunziza ahamagarira urwaruka kwigenza neza no kuba maso kugira bashike ku migambi bihaye.

Mu nyigisho yatanze ku rwaruka mu gikorane catunganijwe n’umuryango nw’umukuru w’igihugu mu ntara ya Rutana, umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yabwiye urwaruka rwo mu ntara ya Rutana ko rukwiye kwicunga na cane cane mu mitima.

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu yahanuye urwaruka kugendera mu nzira z’intungane ,rukagendana kandi n’abo bose batinya Imana.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.