Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abaganga baragabisha ihagarikwa ry’akazi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Abaganga baragabisha ihagarikwa ry’akazi

Abaganga baragabisha ihagarikwa ry’akazi

dimanche 31 Ntwarante 2013

Abakora mu bushikiranganji bw’amagara y’abantu bahurikiye muri SYNAPAS na CNTS baratewe ishavu n’igabanurwa ry’imishahara yabo bivuye ku itegeko rishasha rishinga uturusho n’udushumbusho mu kazi.

Abo bakozi bavuga ko bakoze ibisabwa n’amategeko kugira batunganirizwe ntivyashoboka, niko kugabisha ihagarikwa ry’akazi kuva kuri uyu wa mbere igenekerezo rya mbere Ndamukiza 2013.

Ku kibazo co kumenya igituma aribo bagabishije ihagarikwa ry’akazi kandi iryo tegeko rikora ku bakozi bose ba Leta, umukuru wa Syndicat SINAPA ashikiriza ko uturusho twabo aritwo turi hasi ugereranije n’utw’abandi bakozi ba Leta.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.