Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abaririmvyi ba Rap na RnB bafise inyifato bisangije - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Abaririmvyi ba Rap na RnB bafise inyifato bisangije

Abaririmvyi ba Rap na RnB bafise inyifato bisangije

vendredi 14 Munyonyo 2014

Abaririmvyi bo mu mudiho wa Rap na RnB bo muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika bafise inyifato zitandukanye kandi umwe wese ashaka kuza ivyiwe kugira arushe abandi. Haba mu kwifotoza, kwambara cane cane rero mu nyimosho, eka na bimwe bita"Tatouages".

Raba aha munsi abagera kuri 15 bagize bishasha kurusha abandi

1) DeAndre Cortez Way azwi kw’izina rya Soulja Boy

JPEG - 37 ko
Soulja Boy

2) The Game

JPEG - 124.2 ko
The Game

3) Pharell Williams azwi kw’izina

JPEG - 30 ko
Pharell

4) Christopher Maurice canke Chris Brown

JPEG - 65.8 ko
Chris Brown

5) Marshall Bruce MathersIII canke Eminen

JPEG - 17 ko
Eminem

6) Nicholas Scott canke Nick Cannon

JPEG - 45.5 ko
Nick Cannon

7) Malcolm McCormick canke MAc Miller

JPEG - 30.7 ko
Mac Miller

8) Christopher Francis Ocean canke Frank Ocean

JPEG - 98.4 ko
Frank Ocean

9) Scott Ramon Seguro Mescudi canke Kid Cudi

JPEG - 50.3 ko
Kid Cudi

10) Michael Ray Nguyen- Stevenson canke Tyga

JPEG - 60.7 ko
Tyga

11) Christopher Syre Smith umuhingu wa Willy Smith na Punkett Smith canke Jaden Smith

JPEG - 111.9 ko
Jaden Smith

12) Cameron Jibril Thomaz canke Wiz Khalifa

JPEG - 81.1 ko
Wiz Khalifa

13) Navyvadius DeMun Wilburn canke Future

JPEG - 29.3 ko
Future

14) Horst Christian Simco canke Riff Raff

JPEG - 103.9 ko
Riff Raff

15) Vic Mensa

JPEG - 54.4 ko
Vic Mensa

Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.