Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Chris Brown na Rihanna boba bafata inzoka nk’’’Imana’’
Chris Brown na Rihanna boba bafata inzoka nk’’’Imana’’
samedi 2 Rusama 2015
Abaririmvyi Rihanna na Chris Brown bahuriye mu birori vyo guhimbaza umunsi w’ivuka ry’umuririmvyi Travis Scott, baca bifotoza amafoto bafise inzoka nini nk’uko bakunze kubigira. Muri izo foto harimwo igitangaza.
Amafoto y’abahoze bakundanye: Chris Brown na Rihanna bafashe inzoka nini ateye amakenga. Hagati muri izo foto handitsemwo "SnakeGod", tugerageje kubishira mu Kirundi vyoba bisigura "imana nzoka". Ayo mafoto rero ariko atuma hari abibaza ko abo baririmvyi boba bemera inzoka nk’’’Imana?’’ Canke ryoba ari izina ry’iyo nzoka?
Tubamenyeshe ko kuri uwo munsi, abenshi bibajije ko Rihanna na Chris Brown boba basubiye gukundana inyuma y’imyaka 6 bavanye kandi bavanye nabi.
Cherif Nkeshimana
Messages
2 Rusama 2015, 17:36, par Son Of Future
Irimbukiro (hell) rirabategereje niba batihannye
8 Rusama 2015, 19:45, par nadine munyana
ndaz ntibazi ingaruk yavy imana ibababarir
12 Rusama 2015, 06:13, par Nibigira Egide
Rihana na Cris Brown bariyebarahaga,ngokoko snake nimana?eeee!!!baraburanasaba imbabazikare.
12 Rusama 2015, 06:14, par Nibigira Egide
Rihana na Cris Brown bariyebarahaga,ngokoko snake nimana?eeee!!!baraburanasaba imbabazikare.
17 Rusama 2015, 21:53, par Osty
Abo bari mw’itiro kandi bazorivamwo twe twaragiye basgarane na Satani wabo uwo muyobe bakinisha ntawe bazi. nimba turiko tubona aya makuba yose nabonyene barimwo ni kubera we. Itiro bafise ni ryinshi ariko kandi ico bakora barakizi. ntimwibaze ngo ni jeux de hasard. Barya barazi ko irya nzoka nyene ariwe patron wabo umusi yabahindutse bazobona ko atabugenzi bwiwe. Imana ibaharire kandi idukingire uyo muyobe bo bagize umugenzi.
3 Ruhuhuma 2016, 17:13, par Dieudonné
Nivyiz Ko Bironkey Imana Y’inzoka
16 Ndamukiza 2016, 20:02, par leonidas ndendakumana
mubisanzwe.inzoka ni shetani bisiguye konabo.bemera shetani
16 Ndamukiza 2016, 20:04, par leonidas ndendakumana
mubisanzwe.inzoka ni shetani bisiguye konabo.bemera shetani
24 Myandagaro 2016, 21:09, par Clement
Ahubwontawobakubirabobobaraziko inzokarisatani kandibarazikariwesebujawabonicogitumabayihayagiza arikobibukekouwubaganzabose ariwe yezu abarindiriye
16 Ruheshi 2017, 20:54, par JESSE NINA
vrmt, Asangwa Bir Ukwo Ni Vyiza. Gusa Bemera Inzoka Nk Imana Sindiko.
3 Mukakaro 2017, 14:34, par ntirampeba céléus
niba arugusubiza hamwe nivyi akiko ntivyumvikana kwinzoka ariyo ibahuza coba ari ikigigwa mana caba bakwiye kwihana bakagira urukundoruva ku mana yo mwijuru amen
15 Mukakaro 2017, 10:34, par Tuyizere
NONE INOZOKA IRAKOMENYE
6 Ruhuhuma 2018, 12:05, par Ntirampeba Edmond
Andika hano :yewe Mana Yanje Isi Igeze Kure Ese Inzoka Isigaye Yerekanwa Nki Ciza Nibabareke Pe Tugeza Hatemba...
24 Ntwarante 2018, 06:43, par ezechiel mear
kuba baragiz ivy twofat ko isi yarangiy kuk ntivyumvikana
4 Mukakaro 2018, 15:06, par Mike ross nduwayezu
Izonkuru niz vraiment.........
28 Myandagaro 2018, 21:23, par omer nduwayo
jewe ukombona bafata inzoko nkimana yabo noneho biragaragara
1er Gitugutu 2018, 19:45, par Nduwayezu jeann
NAGOMBA MUSO BANURIRE YUKO BOBA BAKUNDANYE CANKE BADAKUNDANYE INYISU UWO MUNTU YAFASE INZOKA NKIMANA NTASANZWE