IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Amafoto yerekana imigirwa y’ibatirisimu ry’umwana wa Kanye na (...)

Amafoto yerekana imigirwa y’ibatirisimu ry’umwana wa Kanye na Kardashian

samedi 25 Ndamukiza 2015

Kim Kardashian n’umugabo wiwe Kanye West baherutse gufata urugendo baja mu gisagara ca Yerusalemu bagiye guha ibatirisimu y’agakobwa kabo North.

Mw’isengero ry’i St James Cathedral riri i Yerusalemu, niho umuryango wa Kim Kardashian na Kanye West banjira mw’idini rya Armenian Apostolic Church, ari naho umwana wabo North yaherewe ibatirisimu. Amafoto yasohotse aboneka ko urubanza rw’iryo batirisimu rufise imigirwa myinshi.

Raba amafoto:

JPEG

Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.