Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ama sendika SYNAPA na CNTS bariteguriye gusubira ku mirimo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ama sendika SYNAPA na CNTS bariteguriye gusubira ku mirimo

Ama sendika SYNAPA na CNTS bariteguriye gusubira ku mirimo

samedi 20 Ndamukiza 2013

Aba hurikiye mu ma sendika SYNAPA na CNTS bafashe ingingo yo guhagarika yegereyegere bari bamazemwo iminsi ishika kuri nitanu ,bakaba biteguriye gusubira ku mirimo kuva kuri uyu wa 22 Ndamukiza 2013.

Nkuko bimenyeshwa na Melanse Hakizimana arongoye ishirahamwe SYNAP. mu kiganiro yahaye abanyamakuru arikumwe n’umukuru wa CNTS kuri uyu wa 19 Ndamukiza ,yamenyeshejeko itegeko nshikiranganji be n’urwandiko bahurije hamwe bose bitarashirwako imikono.

Abandanya ko ivyo bitababuza gusubira ku mirumo ko ibiganiro bizobandanya.
Bafashe ingingo yo gusubira kukazi mu gihe abarwayi bo bari bamaze iminsi bidoga ko aribo bariko bararwa mu mporero kuko hakorwa imirimo ibayabaye.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.