Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amavuriro n’ibitaro ngo bikwiye kugira isuku - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Amavuriro n’ibitaro ngo bikwiye kugira isuku

Amavuriro n’ibitaro ngo bikwiye kugira isuku

jeudi 7 Ruhuhuma 2013

Si agaseseshwa rumuri amavuriro n’ibitaro bitandukanye ntibimeze neza nkuko umuhinga muvyo amagara y’abantu n’ibidukikije venant KAVUYIMBO yabivuze kuruyu wa gatatu genekerezo rya 6 ruhuhuma 2013.

Yavuze ko isuku rike riharangwa ariryo ritera ingwara no kwanduzanya hagati y‘abarwaye n’abavuzi.
Vyaragaragaye ko ibice 40 kw’100 vyonyene vy’amavuriro n’ibitaro aribo bonyene bitwararika isuku muguta mubibanza vyabigenewe imyavu n’ibindi bikoresho batagikoresha.

Atera akamo abarongoye amavuriro n’ibitaro ko bofata nkama ikibazo c’isuku kugira bakingire abarwayi n’abavuzi babo.

Ivyo vyavugiwe mu ruganda rw’inyigisho zari zateguriwe abarongoye ibitaro bitandukanye


Mugisha Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.