Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bujumbura: Muganga arongoye ubuvuzi arasaba abavyeyi bose gucandagisha (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Bujumbura: Muganga arongoye ubuvuzi arasaba abavyeyi bose gucandagisha (...)

Bujumbura: Muganga arongoye ubuvuzi arasaba abavyeyi bose gucandagisha ibibondo.

vendredi 18 Nzero 2013

Ku munsi w’ejo igenekerezo rya 17 Nzero umwaka w’2013,muganga Pascal Ndayongeje arongoye ubuvuzi mu gisagara ca Bujumbura,yarateye akamo abavyeyi bose ngo bitabe isekeza ryo gukingira abana babo indwara y’agasama.

Ako kamo nyene karatewe abakenyezi bibungenze.Kubwa muganga Pascal ngo n’abakenyezi bibungenze barakeneye gukingigwa kugirango ntibatakaze amaraso menshi mu gihe bariko baribaruka.Igikorwa co gucandaga ibibondo rero ngo kigeze kure,n’aho mu maquartier yo mu bumanuko bw’igisagara ibitigiri vy’abamaze kuronka urwo rucanco bikiri munsi ya 70%.

Bikaba rero bitegekanijwe ko iryo sekeza rihera uyu musi igenekerezo rya 18 Nzero umwaka w’2013 , nk’uko ikirangamisi kivyerekana .


Marie Claire Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.