IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > CBINET : Internet yo muhira ku buntu

CBINET : Internet yo muhira ku buntu

lundi 27 Gitugutu 2014

Namba Ishirahamwe ryanyu iri umunywanyi wa CBINET rikongera rikaba ririha guhera ku mafaranga angana n’ama dollars y’abanyamerika 225 ku kwezi, murashobora kuronka ama connexions Internet yo muhira ku buntu, igiharuro c’izo connexions muronka kikavana n’uburinganire bw’umuhora ishirahamwe ryanyu riba ryaguze.

Muri ico gihe, ico mugura conyene ni igikoresho kibatuma mushobora kuja kuri internet, ibindi bikazoguma bitangwa ku buntu mu gihe amasezerano ya connexion Internet y’ishirahamwe ryanyu akiriho.

Vyongeye, mu gihe ishirahamwe ryanyu ritoba rifise uburyo bwo kugura ivyo bikoresho, muvyumvikanye naryo, abakeneye iyo internet barashobora kuvyigurira mu buryo bwabo, bagaca baronka ako karusho nabo nyene.

Ku vyerekeye umuhora wa connexion, urugo rumwe ruronka umuhora wa 768 kbps.

Mwipfuza kuronka insiguro zirenga aho, rungika ubutumwa kuri [email protected]


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.