IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubuhinga bwa none > Internet > Facebook igiye guhindura uko ikoreshwa n’abanywanyi bayo

Facebook igiye guhindura uko ikoreshwa n’abanywanyi bayo

vendredi 12 janvier 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, abantu bazoza bararonka inkuru nyinshi ku bagenzi babo hamwe n’imiryango yabo, mu gihe inkuru zerekeye amashirahamwe n’ibindi bisata zizogabanuka kuri urwo rubuga.

Mark Zuckerberg arongoye Facebook yasiguye ko ibisata vy’ubudandaji n’ibimenyeshamakuru bariko baraka ikibanza gikomeye umuntu.

Mark Zuckerberg avuga ko ivyo Facebook ishira imbere mu nzitizi zihari ubu, ar’uko abantu bazokoresha akanya gato cane kuri urwo rubuga ngurukanabumenyi, ariko uwo mwanya muto uzoba ufise akamaro kanini cane.

Facebook ikoreshwa n’abantu barenga imiriyaridi zibiri kw’isi yose


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Andika hano iyotwanditse tuvuga ibitagenda neza kutegetsi birashika bakaduhiga buhongo kugirango batugirire nabi ntacomwokora mwebwe ngomudukingi

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.