Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Croix Rouge y’i Burundi iriko irahimbaza yubire - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Croix Rouge y’i Burundi iriko irahimbaza yubire

Croix Rouge y’i Burundi iriko irahimbaza yubire

lundi 22 Ndamukiza 2013

Crois Rouge y’i Burundi yatoye u kwezi kwa Ndamukiza 2013 Kugira bahimbaze yubire y’umwakaka bamaze bafasha u Burundi

. Ibikorwa vyinshi rero vyaratunganijwe niryo shirahamwe risanzwe rifasha mu magara y’;abantu.

Muntumbero yo guhimbaza uwo munsi mukuru,ishirahanwe Croix Rouge ryaratunganije Ibikorwa bihuza ibihugu :u Burundi,u Rwanda,Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo ,kugira bahanahane ivyiyumviro.Twobibutsa ko ishirahawe Croix Rouge ryafashije bimwe biboneka igihugu mu bihe vy’ingorane zitandukanye cagiye gicamwo,haba mu bihe vy’intambara,eka no mubihe hiyadukiza inzara mu ntara zimwezimwe nka kirundo.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.