Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibice 11 kw’ijana vy’abigeme bakiri bato bibungenga inda badashaka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ibice 11 kw’ijana vy’abigeme bakiri bato bibungenga inda badashaka

Ibice 11 kw’ijana vy’abigeme bakiri bato bibungenga inda badashaka

dimanche 12 Ndamukiza 2015

Ibice 11 kw’ijana vy’abigeme bo mu Burundi bafise hagati y’imyaka 15 kugeza ku myaka 19 baratwara inda batipfuje.

Ivyo biri mu matohozwa yakozwe n’ishirahamwe SACADE, aho iryo shirahamwe ryabonanye n’abigeme 500 bafise kuva ku myaka 10 kugeza kuri 24 mu gisagara ca Bujumbura, ku civugo kigira giti :’’ Rwaruka erekana inyifato runtu’’. Abo bigeme bakaba bari bavuye mu ntara cumi z’Uburundi. Urwaruka rero rusabwa kuyaga ibijanye n’irondoka rijanye n’amagara meza. Ukwo kuyaga rero, bikaba vyotuma n’urwaruka rushobora kutabandanya rurwa mw’isanganya ry’ugutwara inda batipfuje.

Tukabamenyesha ko bamwe mu bigeme batwara inda batipfuje bakunda guta abana baba bibarutse, abandi nabo bagahitamwo gukorora izo mbanyi mu gihe bishobora kubagirira ingaruka mbi, hamwe n’abandi bahitamwo gufata imiti yotuma badashobora gusama inda, mu gihe baranguye ayo mabanga batipfuje.


Aristide Nizigire

Messages

  • None bazirya mu biharage canke bazinywa mu mazi?

  • None bazirya mu biharage canke bazinywa mu mazi?

  • Baraheba urya munyenga barabe ko harizo bazosama! Oooh,mubabwiye ngo bazoze barayaga ivyo bintu? Yooh murabasutse erega uko umukobwa avyumva niko abishaka akabitanga kurya kwigikoko. None yoca avuga ko ikivuyemwo atagishaka?

  • NAHOBIRUKOMBONAABABIJEJWEBOGERAGEZAKUKOVYARENZINKOMBE HARAHOSERUGOAVYARA NUMWANANAWAGASHIRAMWO URUMVAKWARINGORANE RERO IGIPORISICOGERAGEZA KUKOAHOMPEREREYEHARIGEZUMUKOMANDAYABABASHA ASANZAHOBAHAGAZEYARAMAKOFEMURICOGIHEWAZAWUMVANGONGAHEKOMANDABACABATAHAKA NAHOBIRUKOMBONAABABIJEJWEBOGERAGEZAKUKOVYARENZINKOMBE HARAHOSERUGOAVYARA NUMWANANAWAGASHIRAMWO URUMVAKWARINGORANE RERO IGIPORISICOGERAGEZA KUKOAHOMPEREREYEHARIGEZUMUKOMANDAYABABASHA ASANZAHOBAHAGAZEYARAMAKOFEMURICOGIHEWAZAWUMVANGONGAHEKOMANDABACABATAHAKARE

  • TUDAHENDANYE NI HATARI BOBO BIBAZA KO BABA BARIKO BARYA UMUNYENGA ARIKO NUMUNYENGA WA KANYA GATO MWABIGEME MWE....NIMWIHANGANE NIHAGERA MUZOKWISANZURA MUREKE GUTERA IBIBAZO ABAVYEYI BANYU
    GUTWARA INDA SI BIBI ARIKO BIRAGOYE.
    WASHATSE TUMA BASI MUKORESHA AGAFUKO....!

  • sosithene uzokwige kwandika ibisomeka inernet c’est pour les intellectuels!!!!!!!

  • Rreka reka biraryoshe sha nabo baba baryohewe kugira basameee ...barareka gupanura amaguru barabe ko zinjira

  • Nibagerageze kwihanganira ibiryohera abakuze kirazira kwumviriza indya zabakuze utaragera! Nayo ahandi ho bazobamura hariho ibitandero bitagira ico bitinya

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.