Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibitaro Ntita vyahawe imfashanyo ya "Appareil Radiographique" - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ibitaro Ntita vyahawe imfashanyo ya "Appareil Radiographique"

Ibitaro Ntita vyahawe imfashanyo ya "Appareil Radiographique"

mardi 19 Ntwarante 2013

Ibitaro Ntita vyo mu ntara ya Gitega,vyararonkejwe imfashanyo igizwe n’icuma gifotora mu mubiri (appareil radiographique) n’amamatera ashika 25.

Iyo mfashanyo ikaba yatanzwe n’ishirahamwe Izere-Hollande, ku munsi w’Imana igenekerezo rya 17 Ntwarante 2013.

Umuntu aravye ibikenewe bikibuze muri ivyo bitaro,iyo mfashanyo yatanzwe,ngo yoba ari nk’ima ry’amazi basutse mw’ibahari.Ivyo n’ivyavuzwe na Muganga wo kuri ivyo bitaro Ntita.

Muganga Paul Banderembako yakoze kuri ivyo bitaro,yahamagariye imvukira zose zo muri Ntita kwitanga kugira bateze imbere aho hantu hasivye.Yari yibangikanije n’ivyuma bisohora amajwi yahaye Korare ya paruwasi Ntita.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.