Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibitaro vy’i Muyinga vyateye intambwe muvy’ubuvuzi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Ibitaro vy’i Muyinga vyateye intambwe muvy’ubuvuzi

Ibitaro vy’i Muyinga vyateye intambwe muvy’ubuvuzi

lundi 25 Ntwarante 2013

Ni inkuru nziza ku barwayi bo ku bitaro vy’i Muyinga n’abanyagihugu begereye ivyo bitaro kuko ubu abandikiwe guterwa amaraso bagiye kuyaronswa bitagoranye.

Umuyobozi w’ibitaro vy’i Muyinga, muganga Eric Manirakiza yamenyesheje ko ivyo bizopfunyiriza urugendo abarwayi bahora bategerezwa kuja ku bitaro vy’i Ngozi n’ahandi kure.

Muganga Eric Manirakiza yahamagariye abanyagihugu bo mu ntara ya Muyinga gutanga kenshi amaraso kugira mu bubiko bw’ibitaro haze hame amaraso yo gutegekanya.


Floxella Karire

Messages

  • Nukuri muganga eric ykoze ibintuvyiza ahubwonanje nohimiriza abantu bazebaragenda gutanga amaraso kugira bafashe abarwaye kandinabonyebaba bifashijecane kuko ashobora guterwa umuntu womumuryango wiwabo cankenawe yayabuze bakayamuha.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.