Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imiti igurishwa mu Burundi irubahiriza amategeko mpuzamakungu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Imiti igurishwa mu Burundi irubahiriza amategeko mpuzamakungu

Imiti igurishwa mu Burundi irubahiriza amategeko mpuzamakungu

jeudi 21 Ruhuhuma 2013

Inama ihuza abarongoye ibigo bibika bikongera bikadandaza imiti bava mu bihugu bitandukanye baragize inama i Bujumbura mu ntumbero yo guhanahana ivyiyumviro ku bijanye n’imiti idandazwa.

Nk’uko Emmanuel Bamenyekanye umuyobozi ajejwe inzu zidandarizwamwo Imiti hamwe n’inzu z’ubushakashatsi yabimenyesheje, ngo imiti idandazwa irubahiriza ibisabwa kandi irubahiriza amategeko mpuzamakungu kuko igurirwa mu mahinguriro yemewe n’ishirahamwe mpuzamakungu OMS,riraba ivyo amagara y’abantu kw’isi.

Ivyo Emmanuel Bamenyekanye yabimenyesheje mu gihe hari bamwe bavuga ko hari imiti iba yararangije ikiringo co gukoreshwa bagaca bahindura ibiranga igihe izokoreshwa kugira berekane ko ikimeze neza.

Ku bavuga ko bafata ibice bibiri vy’imiti ku ngwara imwe,Bamenyekanye yavuze ko baca bategerezwa guhindura ingene bavura umugwayi.


Mugisha Van Naris

Messages

  • Ikindi kibazo kuri EFS mbona kirimo ni uko suprem court yinjira mu nkiko zose ikareba uko twakira ibirego, ibyo tumaze kwakira, ibyo twasubije ndetse n’ibyo twahaye numero yo muri role ariko ikirengagiza ko hari ibirego nakwita fantome abantu bohereza bikinira cyangwa bari muri essaie, suprem court yo ikibifata nkaho ari ibirego by’ukuri; sinzi niba mwarabonye report iherutse gutanga ku rukiko nkoramo bavuze ko hari urubanza rumwe tutahaye numero kandi ntago nari kuruha numero ari urubanza rutuzuye ruri fantome, ibyo nabyo bari bakwiye kubikosora bagashyiramo ikintu cya CAPABILITY YIYI SOFTWARE CYA FRAUD DETECTION naho ubundi usanga batubaraho amakos

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.