Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Inyigisho ku baganga bazokurikirana abakomerekeye mu gihugu ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Inyigisho ku baganga bazokurikirana abakomerekeye mu gihugu ca (...)

Inyigisho ku baganga bazokurikirana abakomerekeye mu gihugu ca Somaliya

vendredi 15 Myandagaro 2014

Umurwi w’abaganga n’abaforoma 28 bo mu bitaro vy’abasirikare mu Kamenge, nibo baronkejwe inyigisho z’amayinga abiri, n’umurwi w’abaganga bo mu gihugu ca Reta zunzubumwe z’Amerika.

Izo nyigisho zikaba zari zerekeye uburyo abo baganga bo mu bitaro vy’abasirikare bo mu Kamenge boza baravura abakomerekeye ku rugamba mu gihugu ca Somaliya. Ivyo bikaba vyashikirijwe mw’ijambo ryo gusozera izo nyigisho, ijambo ryashikirijwe n’umuyobozi w’ibitaro vy’abasirikare bo mu Kamenge Muganga Marc Nimburanira.

Mwomenya ko abasirikare b’abarundi bari mu gihugu ca Somaliya co kimwe n’abandi bo mu bihugu bihana urubibe n’ico gihugu mu ntumbero yo gufasha kugarukana amahoro, aho bahurikiye mu murwi. Igice k’inini c’igihugu ca Somaliya kikaba kugeza ubu gifise amahoro, kuko ibisata bitaribike vya Reta bikora ukuri kwamye.

JPEG - 36.1 ko
Muganga Marc Nimburanira arongoye ibitaro vy’abasirikare mu Kamenge

Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.