Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kiganda : Umuhungu w’imyaka 15 avuga ko yafashwe ku nguvu n’umuporisi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Kiganda : Umuhungu w’imyaka 15 avuga ko yafashwe ku nguvu n’umuporisi

Kiganda : Umuhungu w’imyaka 15 avuga ko yafashwe ku nguvu n’umuporisi

mardi 8 Mukakaro 2014

Umwana w’umuhungu w’imyaka 15 yafashwe ku nguvu n’umuporisi mu ntara ya Muramvya, uyo mwana akaba ariko aravurirwa mu bitaro vy’i Kiganda.

Mu giporisi mu ntara ya Muramvya ntibahakana ayo makuru, bakavuga ko barindiriye ibipimo vy’abaganga, kugira uyo mwana w ‘umuhungu bivugwa ko yafashwe ku nguvu n’umuporisi ntibibe ibihuha, ngo bahave basanga bambitse ibara uyo muporisi w’igihugu. Nayo hamwe ibipimo vyokwerekana ko uyo mwana w’umuhungu yafashwe ku nguvu, mu giporisi bavuga ko urwo rubanza rwoca rushikanwa muri parake, maze uwakoze icaha agahanwa bikurikijwe amategeko.

Mukamenya ko ikugeza ubu, uyo muporisi ari mu minwe y’imyamiramabi, mu kurindira ko amatohoza aba.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.