Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kim Kardashian yavuze incuro baryamana n’umugabo wiwe ku munsi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Kim Kardashian yavuze incuro baryamana n’umugabo wiwe ku munsi

Kim Kardashian yavuze incuro baryamana n’umugabo wiwe ku munsi

lundi 9 Ntwarante 2015

Kim Kardashian yubakanye n’igihagange mu muziki Kanye West, yavuze incuro baryamana n’umugabo ku munsi n’igituma.

Agace gato k’amashusho k’ikiganiro kigira 10 (season 10) citwa "Keeping with Kardashians", cagiye ahagarara.Muri ako gace barerekana Kim Kardashian ayagira murumuna we Khloe Kardashian, ko we n’umugabo wiwe baryamana incuro 500 ku munsi. Kim Kardashian yongera ambwira Khloe ko, ivyo babikora kugira baronke uwundi mwana. Ivyo bintu vyatangaje cane murumuna we kuko yumva umengo ni ibintu bitabaho.

Kim Kardashian yibonekeje ko akora uko ashoboye hamwe n’umugabo wiwe kugira bakurikize North West, imfura yabo nk’uko ikinyamakuru DailyMail kibivuga.

N’ubwo biri uko, ivyo Kim Kardashian avuga vyo gukurikiza North West kandi ko agiye gukora uko ashoboye kugira avyare uwundi mwana, bisa n’ibintu bidashoboka kubera abaganga bamumbwiye ko bizogorana kugira asubire kuvyara uwundi mwana.

Amakuru avugwa ni uko Kim Kardashian yakoze ivyo kugira ikiganiro kigira 10 ca "Keeping up with Kardashians" kigiye gusohoka kizokurikirwe n’abantu benshi.
Mwomenya ko Kim Kardashian atako atagira kugira akurikiranwe n’abakunzi biwe ku buryo yemera no kwifotora yambaye ubusa.

Kim Kardashian ni umwe mu bantu bakurikiwe cane muri uyu mwaka ku rubuga rwa Instagram, akaba afise abantu bamukurikira bangana n’imiriyoni 27 n’ibihumbi 600.

Raba amashusho y’agace k’ikiganiro "Keeping up with Kardashians"


Lorene Nubwabo

Messages

  • Asyiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii arasesema ..........muga sgha ni kandazikomereye...........ico nikinyoma none nabantu canke!!!

  • Emw umukenyezi araho arazi kubesha basi! Mb umugabo amurongora incuro nkizo yomukurahe atari imashini? Canke wewe ntiyokama amazi aho atubesha!

  • Nivyizakunezerezauwukunda Ahubwonibakmerezaho

  • Noneho igitubacye cyahindutse ibarabara rya train da!!nubwe wayigumizamwo utari kumuswera ubwo uwo mugabo aversa kangahe?afise imashini ikora intanga?cg bamutera umupira mukibuno wo gusesa amazi mugituba!!asyiii weeee

  • hahaha!!! abazungubarantangazacane biyibagizako imana iriho kariyo itanga uruvyaro nahoboryamana icuro ibihui ijana kumusi hataragerantibomuronka nibamenyeko imana ariyo itanga.

  • Sha ngo ntago agikora ikintu nakimwe atari guswerwa ngo aronke umwana muga karabesha none irya Porno yabe na Ray-J KO KAGUMA GAKAMA AMAZI AGUMA ASUKA AMATE MUGITUBA CE!!!1 NUKUGA KO UBU KAMAZE KUBYARA ARIHO IGITUBA CYE GIFITE AMAZI MENSHI GUSUMBA1!!! mUGA SHA NUMVA NGO ABAGORE BAMAZE KWIBARUKA NTIBAKAMA BIRASHOBOKA UMAZE KUBASWERA YANBWIRA GA NKABIMENYA MURAKOZE CYANEE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.