Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Iminsi Lil Wayne asigaje kubaho iharurwa ku ntoke - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Iminsi Lil Wayne asigaje kubaho iharurwa ku ntoke

Iminsi Lil Wayne asigaje kubaho iharurwa ku ntoke

mardi 2 Kigarama 2014

Umuririmvyi wa Rap Lil Wayne ashobora kwitaba Imana vuba, hari amakuru avuga ko indwara ya cancer igeze kure mu mubiri wiwe.

Umuganga akurikirana amagara ya Lil Wayne yatangaje kocuwo muririmvyi yoba asigaje iminsi mike akitaba Imana. Baravye ibipimo basanze indwara ya cancer igeze ku rugero rwa kane bita "stage 4" mu mubiri wiwe. Uwo muganga avuga ko agereranije Lil wayne ashobora gupfa inyuma y’ukwezi n’inusu. Ayo makuru avuga ko iyo cancer yoba yavuye ku bicapo (tatouages)vyinshi yiyanditesko ku mubiri wiwe.

Mwomenya ko umuririmvyi Lil Wayne ari we yatanguje uruganda YMCMB( ni urunani canke ihuriro ry’abaririmvyi bakiri bato bafise amahera menshi muri Reta Zunze za Amerika.

Raba amafoto ya Tatouages ziri k’umubiri wa Lil Wayne


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.