Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Mu mwaka w’2025, indwara y’ivumbuka ry’amaraso izokwiha inkumbi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Mu mwaka w’2025, indwara y’ivumbuka ry’amaraso izokwiha inkumbi

Mu mwaka w’2025, indwara y’ivumbuka ry’amaraso izokwiha inkumbi

dimanche 7 Ndamukiza 2013

Ivumbuka ry’amaraso canke ukwongerekana kw’ibipimo bihitana abantu barenga umuliyalidi kw’isi yose. Ku vyerekeye ukubura kw’urukingo, abantu barenga imiliyoni ijana na mirongi itanu, benshi bo muri Afrika, bashobora kuzohitanwa n’izo ndwara gushika mu mwaka w’2025.

Ivyo tubikura mu cegeranyo cashizwe ahabona n’umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda Sida, Muganga Sabina Ntakarutimana yashize ahabona kuwa gatandatu igenekerezo rya 6 Ndamukiza umwaka w’2013, mu gihe ku genekerezo ry’indwi Ndamukiza isi yose ihimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe amagara y’abantu.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.