Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amafoto y’abaririmvyi b’ibihagange kw’isi bakiri imiyabaga - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Amafoto y’abaririmvyi b’ibihagange kw’isi bakiri imiyabaga

Amafoto y’abaririmvyi b’ibihagange kw’isi bakiri imiyabaga

jeudi 8 Nzero 2015

Abaririmvyi benshi barakunda kuboneka basa neza (look parfait), bambara neza, bigatera kwibaza namba ariko bamye basa kuva kera bataratangura umwuga wo kuririmba.

Imboneshakure Trace TV yashize ahabona amafoto ya bamwe mu bihagange mu muziki igihe bari bakiri imiyabaga. Mu mafoto menshi yibonekeje, ivyo bihagange vyari bikiri mw’ishure, akaba ari naho ayo mafoto yafatiwe.

Raba amafoto yabo

Drake
Eminem
Snoop Dog
Nicki Minaj
Lil Wayne
Jay Z
P.Diddy
Beyonce
Kim Kardashian
Kanye West

Lorene Nubwabo

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.